Abarekuwe barashima ko bagiriwe ubuntu bakanahanura abatararwa mu vyaha kwigengesera kuko iyo uyo apfunzwe imigambi yiwe yose y’iterambere ihagarara bigatuma n’imiryango bavamwo idatera imbere